Zaburi 71:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ni wewe nishimikije kuva nkiri mu nda+;Ni wewe wantandukanije n’ubura bwa mama+.Muri wewe ni ho ishemezo ryanje ryama+. Yesaya 49:1 Bibiliya y’isi nshasha 49 Nyumvirize, yemwe mazinga+, mutege ugutwi, mwebwe miryango y’amahanga muri kure+! Yehova ubwiwe yampamagaye+ mbere kuva nkiri mu nda+. Kuva nkiri mu mbanyi ya mama yaravuze izina ryanje+. Yeremiya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ntarakubumbira mu nda+ nari ndakuzi+, kandi utarava mu gitereko narakwejeje+. Nakugize umuhanuzi ku mahanga.”
6 Ni wewe nishimikije kuva nkiri mu nda+;Ni wewe wantandukanije n’ubura bwa mama+.Muri wewe ni ho ishemezo ryanje ryama+.
49 Nyumvirize, yemwe mazinga+, mutege ugutwi, mwebwe miryango y’amahanga muri kure+! Yehova ubwiwe yampamagaye+ mbere kuva nkiri mu nda+. Kuva nkiri mu mbanyi ya mama yaravuze izina ryanje+.
5 “Ntarakubumbira mu nda+ nari ndakuzi+, kandi utarava mu gitereko narakwejeje+. Nakugize umuhanuzi ku mahanga.”