ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 41:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 “Nimucereze imbere yanje, mwa mazinga+; kandi imiryango y’amahanga+ nisubire kugira ububasha. Niyegere+. Ico gihe naheze avuge. Nimuze twegere twese ku bw’urubanza+.

  • Yesaya 42:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ntazoyama canke ngo ajanjagurwe gushika ashizeho ubutungane mw’isi+; kandi amazinga azoguma arindiriye itegeko ryiwe+.

  • Yesaya 51:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ubugororotsi bwanje buri hafi+. Ubukiriro bwanje+ ntibuzobura gusohoka, kandi amaboko yanje azocira imanza ibisata vy’abantu+. Amazinga azonyizigira+, arindire ukuboko kwanje+.

  • Yesaya 60:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko amazinga azoguma anyizigiye+, n’imeri z’i Tarushishi+ nyene nko mu ntango, kugira ngo abana bawe bazanwe bakuwe kure+, ifeza zabo n’inzahabu zabo biri kumwe na bo+, baze bagana izina+ rya Yehova Imana yawe, bagana n’Umweranda wa Isirayeli+, kuko azoba yagusharije+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika