Yesaya 49:1 Bibiliya y’isi nshasha 49 Nyumvirize, yemwe mazinga+, mutege ugutwi, mwebwe miryango y’amahanga muri kure+! Yehova ubwiwe yampamagaye+ mbere kuva nkiri mu nda+. Kuva nkiri mu mbanyi ya mama yaravuze izina ryanje+.
49 Nyumvirize, yemwe mazinga+, mutege ugutwi, mwebwe miryango y’amahanga muri kure+! Yehova ubwiwe yampamagaye+ mbere kuva nkiri mu nda+. Kuva nkiri mu mbanyi ya mama yaravuze izina ryanje+.