ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 43:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ubu rero, ibi ni vyo Yehova avuze, Umuremyi wawe+, ewe Yakobo, akaba n’Umubumvyi wawe+, ewe Isirayeli: “Ntutinye, kuko nagucunguye+. Naguhamagaye mw’izina ryawe+. Uri uwanje+.

  • Yesaya 43:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 abantu nibumbiye, ngo badonde ishemezo ryanje+.

  • Yesaya 44:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Ibuka ivyo bintu, ewe Yakobo+, na wewe, ewe Isirayeli, kuko uri umusavyi wanje+. Ni je nakubumvye+. Uri umusavyi anyegukira. Ewe Isirayeli, jewe sinzokwibagira+.

  • Yesaya 64:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 None rero, ewe Yehova, uri Data+. Twebwe turi ibumba+, nawe uri Umubumvyi wacu+; kandi twese turi igikorwa c’ukuboko kwawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika