ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 102:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ibi vyandikiwe iyaruka rizoza+;

      Kandi igisata c’abantu kizoremwa kizoshemeza Ya*+.

  • Yesaya 42:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nimuhe Yehova ubuninahazwa+, kandi mu mazinga bamenyeshe ishemezo ryiwe+.

  • Yesaya 60:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+.

  • Abaheburayo 13:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Biciye kuri we, twame dushikanira Imana ikimazi c’ishemezo+, ni co camwa c’iminwa+ ishingira intahe icese izina ryayo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika