Yesaya 32:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kandi mu gahinga ni ho ubutungane buzokwibera koko, mu murima w’ivyamwa na ho hibere ubugororotsi+. 2 Petero 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+.
16 “Kandi mu gahinga ni ho ubutungane buzokwibera koko, mu murima w’ivyamwa na ho hibere ubugororotsi+.
13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+.