Zaburi 94:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko ingingo y’ubutungane izosubira ku bugororotsi+,Kandi ab’umutima ugororotse bose bazoyisunga. Yesaya 42:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntazoyama canke ngo ajanjagurwe gushika ashizeho ubutungane mw’isi+; kandi amazinga azoguma arindiriye itegeko ryiwe+. Yesaya 60:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+. Tito 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 bukatwigisha kwikunkumura ukutibanga Imana+ n’ivyipfuzo vy’isi+ no kubaho dufise ukurorana kw’umuzirikanyi n’ubugororotsi n’ukwihebera Imana+ muri iki gihe*+, 2 Petero 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+.
4 Ntazoyama canke ngo ajanjagurwe gushika ashizeho ubutungane mw’isi+; kandi amazinga azoguma arindiriye itegeko ryiwe+.
21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+.
12 bukatwigisha kwikunkumura ukutibanga Imana+ n’ivyipfuzo vy’isi+ no kubaho dufise ukurorana kw’umuzirikanyi n’ubugororotsi n’ukwihebera Imana+ muri iki gihe*+,
13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+.