ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 29:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 kuko niyabona abana biwe, igikorwa c’amaboko yanje, hagati muri we+, bazokweza izina ryanje+, kandi ntibazobura kweza Umweranda wa Yakobo+, kandi Imana ya Isirayeli bazoyigirira akoba+.

  • Yesaya 43:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 uwitirirwa izina ryanje wese+ akaba n’uwo naremye ku bw’ubuninahazwa bwanje+, uwo nabumvye, egome, uwo nakoze+.’

  • Abanyefeso 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko turi igikorwa cayo+, tukaba twaremwe+ mu bumwe+ na Kristu Yezu kugira dukore ibikorwa vyiza+, ivyo Imana yaduteguriye imbere y’igihe+ ngo tubigenderemwo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika