Yesaya 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova nyen’ingabo—uyo ni we mukwiye kubona ko ari mweranda+, ni we mukwiye gutinya+, kandi ni we akwiye kubajugumiza+.” Hoseya 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma bene Isirayeli bazogaruka barondere koko Yehova Imana yabo+, na Dawidi umwami wabo+; egome, bazoza kuri Yehova+ no ku kumera neza kwiwe badegedwa, mu kiringo ca nyuma c’imisi+. Ivyahishuwe 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.” Ivyahishuwe 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Vyongeye, ijwi riva kuri ya ntebe y’ubwami rivuga riti: “Nimushemeze Imana yacu, mwebwe mwese abashumba bayo+ bayitinya, abato n’abahambaye+.”
13 Yehova nyen’ingabo—uyo ni we mukwiye kubona ko ari mweranda+, ni we mukwiye gutinya+, kandi ni we akwiye kubajugumiza+.”
5 Mu nyuma bene Isirayeli bazogaruka barondere koko Yehova Imana yabo+, na Dawidi umwami wabo+; egome, bazoza kuri Yehova+ no ku kumera neza kwiwe badegedwa, mu kiringo ca nyuma c’imisi+.
4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.”
5 Vyongeye, ijwi riva kuri ya ntebe y’ubwami rivuga riti: “Nimushemeze Imana yacu, mwebwe mwese abashumba bayo+ bayitinya, abato n’abahambaye+.”