ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 30:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Bazokorera koko Yehova Imana yabo na Dawidi umwami wabo+, uwo nzobahagurukiriza+.”

  • Ezekiyeli 34:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nzozihagurukiriza umwungere umwe+, na we azoziragira, emwe, umusavyi wanje Dawidi+. Ni we azoziragira, kandi ni we azoba umwungere wazo+.

  • Ezekiyeli 37:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nzobagira vy’ukuri ihanga rimwe mu gihugu+, ku misozi ya Isirayeli, kandi umwami umwe ni we azobabera umwami bose+; ntibazobandanya kuba amahanga abiri canke ngo bongere kuba abagabuwe mu bwami bubiri+.

  • Amosi 9:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “‘Kuri uwo musi nzovyura+ urusago+ rwa Dawidi rwatemvye+, nzibire n’ibihengeri vyabo. Ibihomvagurike vyarwo nzobivyura, ndarwubake nko mu misi ya kera+,

  • Luka 1:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+,

  • Ivyahishuwe 22:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “‘Jewe Yezu, narungitse umumarayika wanje kubashingira intahe y’ivyo bintu ku bw’amashengero. Ni jewe muzi+ n’uruvyaro+ rwa Dawidi, nkaba n’inyenyeri y’agatondo yakaka+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika