Abalewi 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Musa abarira Aroni ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Mu bo hafi yanje+ ninēzwe+, kandi mu maso y’abantu bose nininahazwe+.’” Aroni na we aguma acereje. Abalewi 22:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ntimuze muhumanye izina ryanje ryeranda+, kandi ntegerezwa kwezwa hagati muri bene Isirayeli+. Ndi Yehova uwuriko arabeza+, Matayo 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Nuko rero musenge mutya+: “‘Dawe wa twese uri mw’ijuru, izina ryawe+ niryezwe+.
3 Maze Musa abarira Aroni ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Mu bo hafi yanje+ ninēzwe+, kandi mu maso y’abantu bose nininahazwe+.’” Aroni na we aguma acereje.
32 Ntimuze muhumanye izina ryanje ryeranda+, kandi ntegerezwa kwezwa hagati muri bene Isirayeli+. Ndi Yehova uwuriko arabeza+,