Yesaya 63:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko uri Data+; naho Aburahamu yoba atatumenye, na Isirayeli ntatwemere, wewe, ewe Yehova, uri Data. Umucunguzi wacu wo kuva kera, ni ryo zina ryawe+.
16 Kuko uri Data+; naho Aburahamu yoba atatumenye, na Isirayeli ntatwemere, wewe, ewe Yehova, uri Data. Umucunguzi wacu wo kuva kera, ni ryo zina ryawe+.