Kuvayo 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Uze ubwire Farawo uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Isirayeli ni umuhungu wanje, imfura yanje+. Gusubira mu vyagezwe 32:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova ni we mubandanya kugira mutyo+Ga mwa bantu b’ibijuju mutari inkerebutsi+?Mbega si we So yakuvyaye+,Uwakuremye akaguha kudahungabana+? Yeremiya 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Jewe navuze nti: ‘Ese ukuntu nagushize mu bahungu banje nkongera nkaguha igihugu gihimbaye+, intoranwa amahanga menshi cane abona ko ari agasharizo!’ Vyongeye navuze nti: ‘Muzosemerera mumpamagara muti: “Dawe+!”, kandi ntimuzosubira inyuma ngo mureke kunkurikira.’
6 Yehova ni we mubandanya kugira mutyo+Ga mwa bantu b’ibijuju mutari inkerebutsi+?Mbega si we So yakuvyaye+,Uwakuremye akaguha kudahungabana+?
19 Jewe navuze nti: ‘Ese ukuntu nagushize mu bahungu banje nkongera nkaguha igihugu gihimbaye+, intoranwa amahanga menshi cane abona ko ari agasharizo!’ Vyongeye navuze nti: ‘Muzosemerera mumpamagara muti: “Dawe+!”, kandi ntimuzosubira inyuma ngo mureke kunkurikira.’