Zaburi 100:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mumenye ko Yehova ari Imana+.Ni we yaduhinguye, si twebwe ubwacu+.Turi abantu biwe n’intama zo mu buragiriro bwiwe+. Yesaya 43:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ndi Yehova Umweranda wanyu+, Umuremyi wa Isirayeli+, Umwami wanyu+.” Abanyefeso 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko turi igikorwa cayo+, tukaba twaremwe+ mu bumwe+ na Kristu Yezu kugira dukore ibikorwa vyiza+, ivyo Imana yaduteguriye imbere y’igihe+ ngo tubigenderemwo.
3 Mumenye ko Yehova ari Imana+.Ni we yaduhinguye, si twebwe ubwacu+.Turi abantu biwe n’intama zo mu buragiriro bwiwe+.
10 Kuko turi igikorwa cayo+, tukaba twaremwe+ mu bumwe+ na Kristu Yezu kugira dukore ibikorwa vyiza+, ivyo Imana yaduteguriye imbere y’igihe+ ngo tubigenderemwo.