Gusubira mu vyagezwe 32:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko umuturi wa Yehova ari abantu biwe+;Yakobo ni we mugabane atorana+. Zaburi 135:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko Ya yitoreye Yakobo+,Isirayeli ngo abe inyegu yiwe idasanzwe+.