ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Ndakwinginze wibuke ko wankoze mw’ibumba+

      Kandi ko mu mukungugu ari ho uzonsubiza+.

  • Yesaya 29:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ewe bugorame bwanyu! None umubumvyi afatwe nk’ibumba+? None icahinguwe kivuge ku vyerekeye uwagihinguye ngo: “Ntiyampinguye+”? Mbega icabumbwe kirubahuka kikavuga ku vyerekeye uwakibumvye ngo: “Nta gutegera yerekanye+”?

  • Yeremiya 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “‘Mbega sinshoboye kubagirira nk’uwu mubumvyi, ga yewe nzu ya Isirayeli?’, ni ko Yehova avuze. ‘Raba, nka kurya kw’ibumba mu kuboko kw’umubumvyi, ni ko muri mu kuboko kwanje, ewe nzu ya Isirayeli+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika