ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 49:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Yamara umuheto wiwe waba ahantu hamaho+, kandi inkomezi z’amaboko yiwe zari zinonotse+. Mu maboko y’Umunyabubasha wa Yakobo+ ni ho hava Umwungere, Ibuye rya Isirayeli+.

  • Yesaya 49:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ntibazosonza+, eka ntibazonyoterwa+, eka kandi ubushuhe bugatura canke izuba ntibizobakubita+. Kuko Umwe abumvira ikigongwe ari we azobayobora+, kandi azobarongōra iruhande y’imbizi z’amazi+.

  • Abaheburayo 13:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ya Mana y’amahoro+ rero, imwe yakura mu bapfuye+ wa mwungere+ mukuru w’intama+ ikoresheje amaraso y’isezerano ry’ibihe bidahera+, Umukama wacu Yezu,

  • 1 Petero 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kuko mwari nk’intama, muriko murazimira+; ariko ubu mwaragarutse kuri wa mwungere+ akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika