ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Ico gihe nyene dukura igihugu mu kuboko kwa ba bami babiri batwara Abamori+ bari mu karere ka Yorodani, kuva ku mwonga wa Arunoni+ gushika ku musozi Herumoni+;

  • Yosuwa 22:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Inyuma y’ivyo, bene Rubeni na bene Gadi n’igice c’umuryango wa Manase basubira inyuma, bava muri bene Isirayeli bandi, i Shilo mu gihugu ca Kanani, kugira baje mu gihugu ca Gileyadi+, mu gihugu bigabira bari baragerereyemwo kw’itegeko rya Yehova, iryo yatanze biciye kuri Musa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika