Yosuwa 19:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Akarere ka bene Dani kari kabagiye rwose+. Nuko bene Dani baraduga, barwanya Leshemu+ barahafata hanyuma bahakubitisha ubugi bw’inkota. Maze barahigarurira, barahaba, hanyuma Leshemu bayita Dani bisunze izina rya Dani sekuruza wabo+. Abacamanza 18:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Vyongeye, ico gisagara bacita Dani bisunze izina rya se Dani+, uwari yavutse kuri Isirayeli+. Ariko mu ntango ico gisagara citwa Layishi+.
47 Akarere ka bene Dani kari kabagiye rwose+. Nuko bene Dani baraduga, barwanya Leshemu+ barahafata hanyuma bahakubitisha ubugi bw’inkota. Maze barahigarurira, barahaba, hanyuma Leshemu bayita Dani bisunze izina rya Dani sekuruza wabo+.
29 Vyongeye, ico gisagara bacita Dani bisunze izina rya se Dani+, uwari yavutse kuri Isirayeli+. Ariko mu ntango ico gisagara citwa Layishi+.