-
Abacamanza 18:7Bibiliya y’isi nshasha
-
-
7 Nya bagabo batanu barabandanya rero maze bashika i Layishi+, babona ingene abantu bariyo bari babayeho batazera inze, nk’uko umugenzo w’Abanyasidoni wari, batekanye kandi ata co binona+; kandi nta munyazi w’intara w’agahahazo yasindira ikintu na kimwe muri ico gihugu, kuko baba kure y’Abanyasidoni+ bakaba kandi ata co bari bahuriyeko n’abantu.
-