Abacamanza 18:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nayo bo, batwara ivyo Mika yari yarahinguye na wa muherezi+ wiwe, babandanya kuja i Layishi+, gutera abantu batekanye kandi ata co binona+. Batangura kubakubitisha ubugi bw’inkota+, igisagara na co bagiha umuriro+.
27 Nayo bo, batwara ivyo Mika yari yarahinguye na wa muherezi+ wiwe, babandanya kuja i Layishi+, gutera abantu batekanye kandi ata co binona+. Batangura kubakubitisha ubugi bw’inkota+, igisagara na co bagiha umuriro+.