Yosuwa 19:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Akarere ka bene Dani kari kabagiye rwose+. Nuko bene Dani baraduga, barwanya Leshemu+ barahafata hanyuma bahakubitisha ubugi bw’inkota. Maze barahigarurira, barahaba, hanyuma Leshemu bayita Dani bisunze izina rya Dani sekuruza wabo+.
47 Akarere ka bene Dani kari kabagiye rwose+. Nuko bene Dani baraduga, barwanya Leshemu+ barahafata hanyuma bahakubitisha ubugi bw’inkota. Maze barahigarurira, barahaba, hanyuma Leshemu bayita Dani bisunze izina rya Dani sekuruza wabo+.