Yosuwa 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu bumanuko, igihugu cose c’Abanyakanani; na Meyara, ahegukira Abanyasidoni+, gushika i Afeki, gushika ku mupaka w’Abamori; Yosuwa 19:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 n’i Eburoni n’i Rehobu n’i Hamoni n’i Kana gushika i Sidoni+, ahaba abantu benshi. Abacamanza 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ayo mahanga ni yo y’aya: Ba batware b’urunani batanu+ b’Abafilisitiya+, n’Abanyakanani+ bose, mbere n’Abanyasidoni+ n’Abahiwi+ baba ku musozi Libani+, guhera ku musozi Bayali-herumoni+ gushika ku bwinjiriro bwa Hamati+. Abacamanza 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 n’Abanyasidoni+ na Amaleki+ na Midiyani+, igihe babahahaza+ maze namwe mukandirira, sinabakijije nkabakura mu kuboko kwabo?
4 Mu bumanuko, igihugu cose c’Abanyakanani; na Meyara, ahegukira Abanyasidoni+, gushika i Afeki, gushika ku mupaka w’Abamori;
3 Ayo mahanga ni yo y’aya: Ba batware b’urunani batanu+ b’Abafilisitiya+, n’Abanyakanani+ bose, mbere n’Abanyasidoni+ n’Abahiwi+ baba ku musozi Libani+, guhera ku musozi Bayali-herumoni+ gushika ku bwinjiriro bwa Hamati+.
12 n’Abanyasidoni+ na Amaleki+ na Midiyani+, igihe babahahaza+ maze namwe mukandirira, sinabakijije nkabakura mu kuboko kwabo?