Kuvayo 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi jewe ubwanje, ndazi neza yuko umwami wa Misiri atazobaha uruhusha rwo kugenda bidaciye ku kiganza gikomeye+. Gusubira mu vyagezwe 26:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Amaherezo Yehova adukuza mu Misiri ikiganza gikomeye+, n’ukuboko kuramvuye+, n’ububasha bukomeye kandi buteye ubwoba+, n’ibimenyetso be n’ibitangaro+. Luka 24:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Na we ababwira ati: “Ibiki?” Bamubwira bati: “Ivyerekeye Yezu Umunyanazareti+, uwabaye umuhanuzi+ w’ububasha mu bikorwa no mu majambo imbere y’Imana n’abantu bose;
19 Kandi jewe ubwanje, ndazi neza yuko umwami wa Misiri atazobaha uruhusha rwo kugenda bidaciye ku kiganza gikomeye+.
8 Amaherezo Yehova adukuza mu Misiri ikiganza gikomeye+, n’ukuboko kuramvuye+, n’ububasha bukomeye kandi buteye ubwoba+, n’ibimenyetso be n’ibitangaro+.
19 Na we ababwira ati: “Ibiki?” Bamubwira bati: “Ivyerekeye Yezu Umunyanazareti+, uwabaye umuhanuzi+ w’ububasha mu bikorwa no mu majambo imbere y’Imana n’abantu bose;