Kuvayo 34:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova aca imbere yiwe amenyesha ati: “Yehova, Yehova, Imana y’inyembabazi+ n’inyempuhwe+, iteba gushavura+ kandi igwije ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’ukuri+, Gusubira mu vyagezwe 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi urazi neza uno musi (kuko ntariko mbwira abana banyu batamenye kandi batabonye indero ya Yehova+ Imana yanyu, ubukuru bwiwe+, ikiganza ciwe gikomeye+ n’ukuboko kwiwe kuramvuye+, Zaburi 145:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa rwose+,Kandi ubukuru bwiwe ntibuserangurika+. Yeremiya 32:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umwe agirira ubuntu bwuzuye urukundo ibihumbi+, kandi akishura ikosa rya ba se mu gikiriza c’abahungu babo mu nyuma zabo+, wewe Mana y’ukuri, Umwe ahambaye+, Umwe w’umunyabushobozi+, Yehova nyen’ingabo+ akaba ari ryo zina ryiwe+,
6 Yehova aca imbere yiwe amenyesha ati: “Yehova, Yehova, Imana y’inyembabazi+ n’inyempuhwe+, iteba gushavura+ kandi igwije ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’ukuri+,
2 Kandi urazi neza uno musi (kuko ntariko mbwira abana banyu batamenye kandi batabonye indero ya Yehova+ Imana yanyu, ubukuru bwiwe+, ikiganza ciwe gikomeye+ n’ukuboko kwiwe kuramvuye+,
18 Umwe agirira ubuntu bwuzuye urukundo ibihumbi+, kandi akishura ikosa rya ba se mu gikiriza c’abahungu babo mu nyuma zabo+, wewe Mana y’ukuri, Umwe ahambaye+, Umwe w’umunyabushobozi+, Yehova nyen’ingabo+ akaba ari ryo zina ryiwe+,