Kuvayo 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ivutu n’ukuranduka umutima bizobagwako+.Kubera ubukuru bw’ukuboko kwawe, bazoba abadakakaza nk’ibuye,Gushika abantu bawe+ barenganye, ewe Yehova,Gushika abantu wishiriyeho+ barenganye+. Zaburi 44:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+.
16 Ivutu n’ukuranduka umutima bizobagwako+.Kubera ubukuru bw’ukuboko kwawe, bazoba abadakakaza nk’ibuye,Gushika abantu bawe+ barenganye, ewe Yehova,Gushika abantu wishiriyeho+ barenganye+.
3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+.