Kuvayo 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 uzokora akazi kandi urangure igikorwa cawe cose mu misi itandatu+. Kuvayo 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Mu misi itandatu uze ukore igikorwa cawe+; mugabo ku musi ugira indwi uze uhagarike, kugira ngo ishūri yawe n’indogobwa yawe biruhuke, n’umuhungu w’umushumbakazi wawe na kavamahanga bagarure agatege+. Kuvayo 34:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Uzokora imisi itandatu, mugabo ku musi ugira indwi uzokwubahiriza isabato+. Mu gihe c’irima no mw’iyimbura uzokwubahiriza isabato+.
12 “Mu misi itandatu uze ukore igikorwa cawe+; mugabo ku musi ugira indwi uze uhagarike, kugira ngo ishūri yawe n’indogobwa yawe biruhuke, n’umuhungu w’umushumbakazi wawe na kavamahanga bagarure agatege+.
21 “Uzokora imisi itandatu, mugabo ku musi ugira indwi uzokwubahiriza isabato+. Mu gihe c’irima no mw’iyimbura uzokwubahiriza isabato+.