Kuvayo 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko abantu baja mu vyo gutonganya Musa, ngo+: “Duhe amazi tunywe.” Mugabo Musa ababwira ati: “Kubera iki muntonganya? Kubera iki muguma mugeza Yehova+?” Gusubira mu vyagezwe 33:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:“Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,Umwe wagereza i Masa+.Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+, Zaburi 95:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntimukomantaze umutima wanyu nk’i Meriba+,Nko kuri wa musi wa Masa mu gahinga+, Abaheburayo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 ntimukomantaze imitima yanyu nka ca gihe c’ugutera ishavu ry’umururazi+, nko kuri wa musi w’ukugerageza+ mu gahinga+, Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026) Sohoka Injira Ikirundi Rungika Uko vyoza bimeze Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania Amasezerano agenga ikoreshwa Ibijanye no kugumya ibanga Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga JW.ORG Injira Rungika Rungika kuri Email
2 Nuko abantu baja mu vyo gutonganya Musa, ngo+: “Duhe amazi tunywe.” Mugabo Musa ababwira ati: “Kubera iki muntonganya? Kubera iki muguma mugeza Yehova+?”
8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:“Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,Umwe wagereza i Masa+.Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+, Zaburi 95:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntimukomantaze umutima wanyu nk’i Meriba+,Nko kuri wa musi wa Masa mu gahinga+, Abaheburayo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 ntimukomantaze imitima yanyu nka ca gihe c’ugutera ishavu ry’umururazi+, nko kuri wa musi w’ukugerageza+ mu gahinga+,
8 Ntimukomantaze umutima wanyu nk’i Meriba+,Nko kuri wa musi wa Masa mu gahinga+, Abaheburayo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 ntimukomantaze imitima yanyu nka ca gihe c’ugutera ishavu ry’umururazi+, nko kuri wa musi w’ukugerageza+ mu gahinga+,
8 ntimukomantaze imitima yanyu nka ca gihe c’ugutera ishavu ry’umururazi+, nko kuri wa musi w’ukugerageza+ mu gahinga+,