Kuvayo 23:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi mutegerezwa gukorera Yehova Imana yanyu+; na we ntazobura guhezagira umukate wawe n’amazi yawe+; kandi koko nzokwigiza kure indwara zive hagati muri wewe+. Imigani 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umuhezagiro wa Yehova, emwe, uwo ni wo utungisha+, kandi nta mubabaro awongerako+.
25 Kandi mutegerezwa gukorera Yehova Imana yanyu+; na we ntazobura guhezagira umukate wawe n’amazi yawe+; kandi koko nzokwigiza kure indwara zive hagati muri wewe+.