Gusubira mu vyagezwe 28:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Yehova azoguteza vya bihute vyo mu Misiri+, n’ibivyimba*, n’intuta, n’ibiturika, ivyo utazoshobora gukira. Gusubira mu vyagezwe 28:60 Bibiliya y’isi nshasha 60 Kandi koko azogarukana kuri wewe za ndwara zose zo mu Misiri waraba ugatinya, kandi zizokwomako vy’ukuri+. Amosi 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Nabarungitsemwo ikiza kimeze nka kimwe co mu Misiri+. Nicishije inkota imisore yanyu+, amafarasi yanyu agirwa imbohe+. Nagumye ntuma umuduhu wo mu makambi yanyu uduga mu mazuru yanyu+; mugabo ntimwangarutseko+,’ ni ko Yehova avuze.
27 “Yehova azoguteza vya bihute vyo mu Misiri+, n’ibivyimba*, n’intuta, n’ibiturika, ivyo utazoshobora gukira.
60 Kandi koko azogarukana kuri wewe za ndwara zose zo mu Misiri waraba ugatinya, kandi zizokwomako vy’ukuri+.
10 “‘Nabarungitsemwo ikiza kimeze nka kimwe co mu Misiri+. Nicishije inkota imisore yanyu+, amafarasi yanyu agirwa imbohe+. Nagumye ntuma umuduhu wo mu makambi yanyu uduga mu mazuru yanyu+; mugabo ntimwangarutseko+,’ ni ko Yehova avuze.