Kuvayo 23:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ntibakwiye kuba mu gihugu cawe, kugira ntibazohave batuma uncumurako. Hamwe wokorera imana zabo, vyokubera umutego+.” Gusubira mu vyagezwe 12:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Wiyubare ntufatwe n’umutego inyuma yayo+ amaze kuzimanganywa akava imbere yawe, kandi ntubariritse ivy’imana zayo ngo: ‘Ayo mahanga yahora akorera imana zayo ate? Nanje, egome, jewe, nzogira gutyo nyene.’ Abacamanza 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nanje rero navuze nti: ‘Sinzobirukana imbere yanyu; bazobabera koko imitego+, imana zabo na zo zibabere ikibakwegakwega+.’” Zaburi 106:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Baguma bakorera ibigirwamana vyabo+,Bino biraheza bibabera umutego+.
33 Ntibakwiye kuba mu gihugu cawe, kugira ntibazohave batuma uncumurako. Hamwe wokorera imana zabo, vyokubera umutego+.”
30 Wiyubare ntufatwe n’umutego inyuma yayo+ amaze kuzimanganywa akava imbere yawe, kandi ntubariritse ivy’imana zayo ngo: ‘Ayo mahanga yahora akorera imana zayo ate? Nanje, egome, jewe, nzogira gutyo nyene.’
3 Nanje rero navuze nti: ‘Sinzobirukana imbere yanyu; bazobabera koko imitego+, imana zabo na zo zibabere ikibakwegakwega+.’”