ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Uyu musi ngira ntangure gutuma ibisata vy’abantu vyo munsi y’amajuru yose bizokwumva inkuru yawe bikugirira ubwoba, bigutinye. Kandi bazohagarika umutima koko, bagire ububabare nka burya bw’ukwibaruka, kubera wewe+.’

  • Yosuwa 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Abwira abo bagabo ati: “Emwe, ndazi yuko Yehova atazobura kubaha iki gihugu+, be n’uko twacitse ivutu kubera mwebwe+, kandi ko ababa mu gihugu bose badendebutse kubera mwebwe+.

  • Yosuwa 24:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ndungika rero ukujonjogora ngo kubitangire imbere, kuraheza kugenda kurabirukana intambwe ku yindi imbere yanyu+, abami babiri b’Abamori, hadakoreshejwe inkota yawe n’umuheto wawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika