ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 ntanze amajuru n’isi kw’ivyabona uno musi vyo kubagiriza+, yuko mutazobura kuyogera ningoga mugahona muri ico gihugu mugiye kujabuka Yorodani ngo mucigarurire. Ntimuzorambira* kuri co, kuko mutazobura kuzimanganywa+.

  • Gusubira mu vyagezwe 30:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 ndababwije ukuri uno musi yuko muzoyogera ata kabuza+. Ntimuzorambira* ku butaka uriko urajabuka Yorodani ngo ubwigarurire.

  • Yosuwa 23:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 mumenye neza ko Yehova Imana yanyu atazobandanya kwomora ayo mahanga ku bwanyu+; emwe, ntazobura kubabera nk’umutego be n’umushibuka, n’ikimoko mu biyunguyungu vyanyu+ kandi nk’amahwa mu maso yanyu gushika muyogeye kuri ubu butaka bwiza Yehova Imana yanyu yabahaye+.

  • 1 Samweli 12:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mugabo nimwakora ibibi n’akagagazo n’akantu, muzozimanganywa+, mwebwe n’umwami wanyu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika