Kuvayo 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nya hantu ahita Masa+ na Meriba*+, kubera bene Isirayeli bamutonganije no kubera bagejeje Yehova+, bavuga ngo: “Yehova ari hagati muri twebwe canke nta wuhari+?” Gusubira mu vyagezwe 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ntimukageze Yehova Imana yanyu+, kumwe mwamugeza i Masa+.
7 Nya hantu ahita Masa+ na Meriba*+, kubera bene Isirayeli bamutonganije no kubera bagejeje Yehova+, bavuga ngo: “Yehova ari hagati muri twebwe canke nta wuhari+?”