Kuvayo 34:1 Bibiliya y’isi nshasha 34 Maze Yehova abwira Musa ati: “Niwibazire ibisate bibiri vy’amabuye nka bimwe vya mbere+, nanje ntegerezwa kwandika kuri vyo ya majambo yaboneka ku bisate vya mbere+, bimwe wasavya+.
34 Maze Yehova abwira Musa ati: “Niwibazire ibisate bibiri vy’amabuye nka bimwe vya mbere+, nanje ntegerezwa kwandika kuri vyo ya majambo yaboneka ku bisate vya mbere+, bimwe wasavya+.