Gusubira mu vyagezwe 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko mpingura isandugu y’igiti c’umunyinya nongera mbaza ibisate bibiri vy’amabuye nka bimwe vya mbere+ ndaheza nduga ku musozi, kandi nya bisate bibiri vyari mu kuboko kwanje.
3 Nuko mpingura isandugu y’igiti c’umunyinya nongera mbaza ibisate bibiri vy’amabuye nka bimwe vya mbere+ ndaheza nduga ku musozi, kandi nya bisate bibiri vyari mu kuboko kwanje.