Yobu 34:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Hariho Uwutagiriye nkunzi abaganwaKandi atitwararitse umunyacubahiro kumurutisha umutoyi+,Kuko bose ari igikorwa c’amaboko yiwe+. Ivyakozwe 10:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Petero aca ateranura akanwa, avuga ati: “Ni ukuri ndatahuye yuko Imana itagira nkunzi+, Abaroma 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko Imana itagira nkunzi+. Abanyefeso 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Namwe ba shebuja, mugume mubagirira ivyo nyene, mureke iterabwoba+, kuko muzi yuko Shebuja wabo akaba n’uwanyu+ ari mw’ijuru, kandi nta kugira nkunzi+ kuba muri we.
19 Hariho Uwutagiriye nkunzi abaganwaKandi atitwararitse umunyacubahiro kumurutisha umutoyi+,Kuko bose ari igikorwa c’amaboko yiwe+.
9 Namwe ba shebuja, mugume mubagirira ivyo nyene, mureke iterabwoba+, kuko muzi yuko Shebuja wabo akaba n’uwanyu+ ari mw’ijuru, kandi nta kugira nkunzi+ kuba muri we.