Gusubira mu vyagezwe 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana iruta izindi mana*+ n’Umukama w’abakama+, Imana ihambaye, y’inkomezi kandi iteye ubwoba+, itagira nkunzi ku muntu n’umwe+ canke ngo yemere igiturire+, 2 Ngoma 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko rero, mutinye Yehova+. Mube maso mukore+, kuko ata kutagororoka+ canke ukugira nkunzi+ canke ukurya igiturire+ biri muri Yehova Imana yacu.” Yobu 34:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Hariho Uwutagiriye nkunzi abaganwaKandi atitwararitse umunyacubahiro kumurutisha umutoyi+,Kuko bose ari igikorwa c’amaboko yiwe+. Abaroma 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko Imana itagira nkunzi+. Abagalatiya 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo ku bo wamenga hari ico bari+—naho kera boba bari bande, kuri jewe nta co bihindura+—Imana ntifatira ku kuntu umuntu aboneka inyuma+—mu vy’ukuri abo bagabo bakomakomeye jewe nta kintu gishasha bandonkeje.
17 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana iruta izindi mana*+ n’Umukama w’abakama+, Imana ihambaye, y’inkomezi kandi iteye ubwoba+, itagira nkunzi ku muntu n’umwe+ canke ngo yemere igiturire+,
7 Nuko rero, mutinye Yehova+. Mube maso mukore+, kuko ata kutagororoka+ canke ukugira nkunzi+ canke ukurya igiturire+ biri muri Yehova Imana yacu.”
19 Hariho Uwutagiriye nkunzi abaganwaKandi atitwararitse umunyacubahiro kumurutisha umutoyi+,Kuko bose ari igikorwa c’amaboko yiwe+.
6 Mugabo ku bo wamenga hari ico bari+—naho kera boba bari bande, kuri jewe nta co bihindura+—Imana ntifatira ku kuntu umuntu aboneka inyuma+—mu vy’ukuri abo bagabo bakomakomeye jewe nta kintu gishasha bandonkeje.