Kuvayo 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubu rero ndamenye koko yuko Yehova akomeye kuruta izindi mana zose+, kubera ivyo bintu bakoze bita imbere mu kubarwanya.” 2 Ngoma 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi inzu ngira nubake izoba iyihambaye+, kuko Imana yacu ihambaye kuruta izindi mana zose+. Zaburi 97:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Musumbavyose hejuru y’isi yose+;Waduze hejuru cane y’izindi mana zose+.
11 Ubu rero ndamenye koko yuko Yehova akomeye kuruta izindi mana zose+, kubera ivyo bintu bakoze bita imbere mu kubarwanya.”
9 Kuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Musumbavyose hejuru y’isi yose+;Waduze hejuru cane y’izindi mana zose+.