Gusubira mu vyagezwe 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ukuboko kwa nya vyabona ni kwo gukwiye kuza ubwa mbere kuri we kumwica, ukuboko kw’abantu bose na kwo kugakurikira+; utegerezwa gukura ikibi hagati muri wewe+.
7 Ukuboko kwa nya vyabona ni kwo gukwiye kuza ubwa mbere kuri we kumwica, ukuboko kw’abantu bose na kwo kugakurikira+; utegerezwa gukura ikibi hagati muri wewe+.