Gusubira mu vyagezwe 13:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 ahubwo uze umwice ata kabuza+. Ukuboko kwawe ni kwo ubwa mbere gukwiye kuza kuri we kumwica, ukuboko kw’abantu bose na kwo kugakurikira+.
9 ahubwo uze umwice ata kabuza+. Ukuboko kwawe ni kwo ubwa mbere gukwiye kuza kuri we kumwica, ukuboko kw’abantu bose na kwo kugakurikira+.