Gusubira mu vyagezwe 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Aho ni ho mutegerezwa kurira imbere ya Yehova Imana yanyu+ no kunezererwa mu migambi yanyu yose+, mwe n’ingo zanyu, kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye. Gusubira mu vyagezwe 26:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi utegerezwa kunezererwa+ ivyiza vyose Yehova Imana yawe yaguhaye wewe n’urugo rwawe, n’Umulewi na kavamahanga ari hagati yawe+. Zaburi 100:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimukorere Yehova munezerewe+.Nimuze imbere yiwe mwiha akamo k’umunezero+.
7 Aho ni ho mutegerezwa kurira imbere ya Yehova Imana yanyu+ no kunezererwa mu migambi yanyu yose+, mwe n’ingo zanyu, kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye.
11 Kandi utegerezwa kunezererwa+ ivyiza vyose Yehova Imana yawe yaguhaye wewe n’urugo rwawe, n’Umulewi na kavamahanga ari hagati yawe+.