-
Malaki 1:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Iyo mushikirije igitungwa gihumye ngo gitangweko ikimazi, muvuga ngo: “Nta kibi kirimwo.” Kandi iyo mushikirije igitungwa gicumbagira canke kirwaye, muvuga ngo: “Nta kibi kirimwo+.”’”
“Enda nuvyegereze buramatari wawe. Mbega yoguhimbarirwa, canke akakwakirana ubuntu?”, ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
-