Guharura 14:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ko Abamaleki n’Abanyakanani+ baba mu kiyaya co hasi, muhindukire ejo mufate urugendo muja mu gahinga muciye mu nzira y’ikiyaga Gitukura+.” Gusubira mu vyagezwe 1:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Nayo mwebwe ubwanyu, hindukira mugende mu gahinga mujanye inzira y’ikiyaga Gitukura+.’
25 Ko Abamaleki n’Abanyakanani+ baba mu kiyaya co hasi, muhindukire ejo mufate urugendo muja mu gahinga muciye mu nzira y’ikiyaga Gitukura+.”