Gusubira mu vyagezwe 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 utegerezwa rero kurondera, ugatohoza, ukabariritsa neza+; maze nimba nya kintu cemejwe ko ari ukuri, kandi ico kintu giteye ishishi kikaba cakozwe hagati yawe, Yohani 7:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 “None itegeko ryacu riracira umuntu urubanza ritabanje kumwumva+ ngo rimenye ivyo ariko arakora?”
14 utegerezwa rero kurondera, ugatohoza, ukabariritsa neza+; maze nimba nya kintu cemejwe ko ari ukuri, kandi ico kintu giteye ishishi kikaba cakozwe hagati yawe,