1 Abami 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Agira abagore amajana indwi, abaganwakazi, n’incoreke amajana atatu; buhorobuhoro+, abagore biwe bahengekera umutima wiwe ahandi. Nehemiya 13:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mbega abo si bo bacumuje Salomo umwami wa Isirayeli+? Mu mahanga menshi nta mwami ameze nka we yariho+; kandi yarakundwa n’Imana yiwe+, ku buryo Imana imugira umwami wa Isirayeli yose. Na we nyene abagore b’abanyamahangakazi baramucumuje+.
3 Agira abagore amajana indwi, abaganwakazi, n’incoreke amajana atatu; buhorobuhoro+, abagore biwe bahengekera umutima wiwe ahandi.
26 Mbega abo si bo bacumuje Salomo umwami wa Isirayeli+? Mu mahanga menshi nta mwami ameze nka we yariho+; kandi yarakundwa n’Imana yiwe+, ku buryo Imana imugira umwami wa Isirayeli yose. Na we nyene abagore b’abanyamahangakazi baramucumuje+.