Guharura 35:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ivyo bisagara bize bibabere aho guhungira umuhōzi w’amaraso+, kugira ngo uwishe umuntu ntapfe atarahagarara imbere y’ikoraniro ngo acirwe urubanza+. Guharura 35:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 ikoraniro rero rize rice urubanza hagati ya nyene gukubita uwundi n’umuhōzi w’amaraso ryisunze izo ngingo+. Gusubira mu vyagezwe 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Abaherezi, bene Lewi, baze begere, kuko ari bo Yehova Imana yawe yatoye ngo bamukorere+ bongere bahezagire+ mw’izina rya Yehova, kandi biciye ku kanwa kabo akaba ari ho amatati yose ajanye n’igikorwa cose c’ubukazi akwiye kudadanurwa+.
12 Ivyo bisagara bize bibabere aho guhungira umuhōzi w’amaraso+, kugira ngo uwishe umuntu ntapfe atarahagarara imbere y’ikoraniro ngo acirwe urubanza+.
24 ikoraniro rero rize rice urubanza hagati ya nyene gukubita uwundi n’umuhōzi w’amaraso ryisunze izo ngingo+.
5 “Abaherezi, bene Lewi, baze begere, kuko ari bo Yehova Imana yawe yatoye ngo bamukorere+ bongere bahezagire+ mw’izina rya Yehova, kandi biciye ku kanwa kabo akaba ari ho amatati yose ajanye n’igikorwa cose c’ubukazi akwiye kudadanurwa+.