Kuvayo 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bene Merari na bo bari Mahili na Mushi+. Iyo ni yo yari imiryango y’Abalewi, hisunzwe imiryango bakomokamwo+. Guharura 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bene Merari+ na bo hakurikijwe imiryango yabo bari Mahili+ na Mushi+. Iyo ni yo yari imiryango y’Abalewi nk’uko inzu ya ba se iri. 1 Ngoma 6:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Bene Merari+, hakurikijwe imiryango yabo, bahabwa biciye ku bupfindo ibisagara cumi na bibiri bikuwe ku vy’umuryango wa Rubeni+ no ku vy’umuryango wa Gadi+ no ku vy’umuryango wa Zebuloni+.
19 Bene Merari na bo bari Mahili na Mushi+. Iyo ni yo yari imiryango y’Abalewi, hisunzwe imiryango bakomokamwo+.
20 Bene Merari+ na bo hakurikijwe imiryango yabo bari Mahili+ na Mushi+. Iyo ni yo yari imiryango y’Abalewi nk’uko inzu ya ba se iri.
63 Bene Merari+, hakurikijwe imiryango yabo, bahabwa biciye ku bupfindo ibisagara cumi na bibiri bikuwe ku vy’umuryango wa Rubeni+ no ku vy’umuryango wa Gadi+ no ku vy’umuryango wa Zebuloni+.