Kuvayo 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko Aroni atwara Elisheba, umukobwa wa Aminadabu, mushiki wa Nahashoni+, amubera umugore. Araheza amuvyarira Nadabu na Abihu, Eleyazari na Itamari+. Kuvayo 6:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Hanyuma Eleyazari, umuhungu wa Aroni+ atwara umwe mu bakobwa ba Putiyeli, amubera umugore. Araheza amuvyarira Finehasi+. Abo ni bo bakuru ba ba se b’Abalewi, hisunzwe imiryango yabo+. Guharura 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko Nadabu na Abihu bapfiriye imbere ya Yehova igihe bashikana imbere ya Yehova umuriro utemewe n’amategeko+, mu gahinga ka Sinayi; kandi nta bana baronse. Mugabo Eleyazari+ na Itamari+ babandanije gukora ari abaherezi hamwe na se Aroni.
23 Nuko Aroni atwara Elisheba, umukobwa wa Aminadabu, mushiki wa Nahashoni+, amubera umugore. Araheza amuvyarira Nadabu na Abihu, Eleyazari na Itamari+.
25 Hanyuma Eleyazari, umuhungu wa Aroni+ atwara umwe mu bakobwa ba Putiyeli, amubera umugore. Araheza amuvyarira Finehasi+. Abo ni bo bakuru ba ba se b’Abalewi, hisunzwe imiryango yabo+.
4 Ariko Nadabu na Abihu bapfiriye imbere ya Yehova igihe bashikana imbere ya Yehova umuriro utemewe n’amategeko+, mu gahinga ka Sinayi; kandi nta bana baronse. Mugabo Eleyazari+ na Itamari+ babandanije gukora ari abaherezi hamwe na se Aroni.