ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 25:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Finehasi+ mwene Eleyazari, Eleyazari mwene Aroni umuherezi, abibonye, aca arahaguruka ava hagati mw’ikoraniro, atora icumu mu kuboko kwiwe.

  • Guharura 31:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze Musa arabarungika mu ngabo, abagabo igihumbi ku muryango umwumwe wose, abarungika mu ngabo bo na Finehasi+ mwene Eleyazari umuherezi, kandi ibikoresho vyeranda be n’inzumbete+ zo kuvuza utwamo tw’intambara vyari mu kuboko kwiwe.

  • Yosuwa 22:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Nuko Finehasi mwene Eleyazari umuherezi abwira bene Rubeni na bene Gadi na bene Manase ati: “Uno musi turamenye koko yuko Yehova ari hagati yacu+, kuko mutakoreye Yehova ico kintu c’ubuhemu. Ubu murokoye bene Isirayeli mu kuboko kwa Yehova+.”

  • Abacamanza 20:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Finehasi+ mwene Eleyazari, Eleyazari wa Aroni, ni we yahagarara imbere yayo muri iyo misi+; nuko avuga ati: “Nsubire gusohoka nje mu rugamba kurwanya bene Benyamini mwene wacu canke ndeke+?” Yehova avuga ati: “Duga, kuko ejo nzomutanga mu kuboko kwawe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika